Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maze Arawuna agize ngw ararāba, abona umwami n’ abantu baza iy’ ari; Arawuna arenga irembo, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, aramwunamira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:20
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

yunamuye amaso abona abagabo batatu bahagaze bamutumbereye: ababonye, ava mu muryango w’ihema, yirukanga kubasanganira, akubita inkoro hasi,


ku musi ugira gatatu haza umuntu avuye aho Sauli yar’ ashagaje, yitantamuriyekw impuzu ziwe, yiyoreye ivu mu mutwe; ashitse imbere ya Dawidi akubita inkoro hasi, aramwunamira.


Nuko Dawidi yumvise irya Gadi aradūga, nk’uk’ Uhoraho yavuze.


Arawuna aramubaza, ati Mwami wanje nyen’ ingoma, uzanywe n’iki i wanje jewe umusavyi wawe? Dawidi aramwishura, ati Nzanywe no kugura iyo mbuga yawe, ngo nubakire Uhoraho igicaniro, kugira ngw ikīza kive mu bantu.


Arasubira aramwunamira, ati Mbega jewe umusavyi wawe, n’ inda n’indesho, nar’ iki k’undoreshako n’ijisho, kandi nd’ imbga ipfuye?


Yicisha bugufi, arūnama ashika hasi, aramubaza, ati N’iki gitumye ungirira ubuntu, ukambabara, kandi nd’ umunyamahanga?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ