Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Uwo musi nyene Gadi aja kuri Dawidi, aramubarira, ati Dūga wubakire Uhoraho igicaniro ku mbuga ya Arawuna Umuyebusi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:18
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bashika ku mbuga y’igosorero yo muri Atadi, hāri hakurya ya Yorodani: baborogeray’ amaborogo menshi cane y’akabonge: Yosefu ashinga ko bahamara imisi ndwi bagandariye se.


Bukeye mu gatondo, Dawidi avyukurutse, ijambo ry’Uhoraho riza kuri Gadi, uwavugishwa na we, ari we kamenyi wa Dawidi,


Nuko Dawidi yumvise irya Gadi aradūga, nk’uk’ Uhoraho yavuze.


Maze Salomo atangura kwubaka ingoro y’Uhoraho i Yerusalemu ku musozi Moriya, ah’ Uhoraho yiyerekeye se Dawidi, ari ho nyene Dawidi yashinze, ku mbuga ya Orunani Umuyebusi.


Umufilisitiya nzomuhanagura amaraso mu kanwa, ndamukūre n’ibizira mu menyo; na we azoba indokorano ku Mana yacu, abe nk’umutware w’i Buyuda, kand’ uwo muri Ekuroni azoba nk’Umuyebusi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ