2 Samweli 24:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Dawidi abonye uwo mumarayika yageseza abantu, abarira Uhoraho, at’ Erega ni jewe nacumuye, ni jewe nakoze nabi; arikw izi ntama zo zakoze iki? Ndakwinginze, ukuboko kwawe abe ari jewe kurwanya, bo n’inzu ya data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |