Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nuk’ Uhoraho atērēra Abisirayeli ikīza, gihēra mu gitondo gishitsa igihe cāshinzwe; uhereye i Dani ugashika i Beri‐sheba, hapfa abagabo ibihumbi mirongwirindwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:15
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami abarira Yowabu umugabisha w’ingabo ziwe yari kuri we, ati Nyuragira mu miryango yose y’ Abisirayeli, uhereye i Dani ugashitsa i Beri‐sheba, muharūre abantu, kugira ngo mmenye igitigiri cabo.


Nuk’ Uhoraho atērēra Abisirayeli ikīza, hapfa abagabo mu Bisirayeli ibihumbi mirongwirindwi.


Yowabu umwana wa Seruwiya atangura guharūra ariko ntiyarangiza; ukwo guharūrwa kwatumye Abisirayeli barakirwa, ni co catumye igitigiri cabo kitandikwa mu gitabo c’ivyo ku ngoma y’umwami Dawidi.


Dodayi w’Umwahohi ni we yagaba ku rubu rwo mu kwezi kwa kabiri, kandi Mikuloti yar’ umwe wo mu bagabisha bo kur’ urwo rubu; ingabo zo ku rubu rwiwe zār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.


Maz’ umumarayika w’Uhoraho arasohoka, atera mu nsago z’Abashuri, yicamw’ ingabo ibihumbi ijana na mirongumunani na bitanu: abantu bavyutse mu gatondo basanga ingabo zose ar’ imihindigiti y’imivyimba.


Uhoraho, numvise inkuru zawe, nabonye igikorwa cawe: Ewe Uhoraho, hēmbūra ico gikorwa cawe hagati mur’ iyi myaka, Hagati mur’ iyi myaka ukimenyekanishe; Mu burake wame wibuka kugira akagongwe.


Abishwe n’ico kīza bār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.


Kukw ihanga rizotera irindi hanga, n’ubgami buzotera ubundi bgami; amapfa no kunyiganyiga kw’isi bizobaho henshi;


Mbona ifarasi ibenjutse; kand’ ūyicayeko yitwa Rupfu, Kuzimu na we aramukurikira; bahabga ububasha ku kigira kane c’isi, ngo babicishe inkota n’inzara n’urupfu n’ibikōko vyo kw isi.


Hanyuma Uhoraho yica abantu b’i Beti‐shemeshi mirongwirindwi, kuko barungurutse mw isandugu yiwe; maz’ abantu barizwa n’uk’ Uhoraho yabiciye abantu benshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ