Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 24:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Bukeye mu gatondo, Dawidi avyukurutse, ijambo ry’Uhoraho riza kuri Gadi, uwavugishwa na we, ari we kamenyi wa Dawidi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 24:11
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Uhoraho atuma Natani kuri Dawidi; araza, aramubarira, ati Hār’ abantu babiri bāba mu gisagara kimwe, umwe w’umutunzi, uwundi w’umworo.


riti Genda ubarire Dawidi, ut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ut’ Agushize imbere ibihano bitatu; uti Hitamwo kimwe muri vyo; ut’ Abe ari co aguhanisha.


Azuba apfuye, Kalebu yābīra Efurata, bavyarana Huri.


Abo bose bār’ abahungu ba Hemani, kamenyi w’umwami amumenyera ivy’ Imana; kukw Imana yateye Hemani icubahiro, ikamuha abana b’abahungu cumi na bane n’abakobga batatu.


Ivyādonzwe ku mwami Dawidi, uhereye ku ca mbere ugashitsa ku c’imperēra, biranditswe mu vyādonzwe na Samweli kamenyi, no mu vyādonzwe na Natani yavugishwa n’Imana, no mu vyādonzwe na Gadi kamenyi,


Kand’ ashira Abalewi mu ngoro y’Uhoraho bafise ivyo kuvuza vyitwa matowazi n’amakembe n’inanga, nk’uko vyashinzwe na Dawidi na Gadi kamenyi w’ umwami na Natani yavugishwa n’ Imana, kukw ico cagezwe cari kivuye k’Uhoraho agitumye abo yavugisha.


Bukeye ūvugishwa n’Imana Gadi abarira Dawidi, ati Reka gukomeza kuba mur’ iryo senga; rivemwo, uje mu ntāra y’i Buyuda. Nuko Dawidi avayo, aja mu kibira c’i Hereti.


(Kera mu Bisirayeli, umuntu iyo yagira ic’ aja gusiguza Imana, yavuga, ati Hogi tuje kwa kamenyi; kuk’ uwitwa ūvugishwa n’Imana ubu, kera yitwa kamenyi.)


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ