2 Samweli 24:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko Dawidi amaze guharūra abantu, yumva umutima umukubita. Abarira Uhoraho, ati Nācumuye cane ku vyo nakoze; ariko none, Uhoraho, ndakwinginze, kūrah’ ibigabitanyo vyanje, jewe umusavyi wawe, kuko nakoze ivy’ ubujuju rwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |