Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 23:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Uwa kabiri kuri we muri ba bahizi batatu ni Eleyazari mwene Dodayi Umwahohi. Yari kumwe na Dawidi igihe bahangāra Abafilisitiya bari bakoraniye kubarwanya. Maz’ Abisirayeli bahunze,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 23:9
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dodayi w’Umwahohi ni we yagaba ku rubu rwo mu kwezi kwa kabiri, kandi Mikuloti yar’ umwe wo mu bagabisha bo kur’ urwo rubu; ingabo zo ku rubu rwiwe zār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.


Nah’ umuntu yoshobora kunesha umwe, babiri bomunanira, kand’ igitsibo c’imigozi itatu ntigicika vuba.


Nīganishije mu bgato nd’umwe; mu bantu bo mu mahanga yose nta n’umwe twari kumwe; n’ukuri nabaganishije ibirenge mu burake bganje, mbanyukuza ubushangashirwe bganje; kand’ amaraso yabo yatarukiye ku myambaro yanje, impuzu zanje zose zirayoberana.


Narēraguje, mbona nta wutabaye; ntangazwa n’ukw ata wo kundwanira; ni co catumye ukwanje kuboko ari kwo nitabarishije, kand’ ubushangashirwe bganje ni bgo bgampagarikiye.


Uwo Mufilisitiya arongera aravuga, at’ Uyu musi ndagaye ingabo z’Abisirayeli! Enda ni muzane umuntu, twimarize twempi!


Maze Dawidi abaza abantu bahagaze i ruhande yiwe, at’ Uwokwica uwo Mufilisitiya, agakūra igitutsi ku Bisirayeli, bomugororera iki? Mbeg’ uwo Mufilisitiya w’intakebga n’iki, ah’ acōkōra ingabo z’Imana nzima?


Non’ umusavyi wawe ko namaze kwica intambge n’idubu, n’uwo Mufilisitiya w’intakebga azopfa nka kimwe muri vyo, kuko yacōkōye ingabo z’Imana nzima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ