Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 23:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 na Benaya w’i Piratoni, na Hidayi wo ku migezi y’i Gashi;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 23:30
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Benaya w’i Piratoni wo mu Befurayimu ni we yar’ umugabisha agira icumi na rimwe wo mu kwezi kw’icumi na rimwe; ingabo zo ku rubu rwiwe zār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.


Bafata inzira, badūga uwo mugamba, bashika mu gihogoro citwa Eshikoli, barahatata.


Bamuhamba mw ishamvu yiwe bgite i Timunati‐sera mu mugamba w’Abefurayimu, ku ruhande rw’i burārūko rw’umusozi Gashi.


Akurikirwa na Abudoni mwene Hileli w’Umunyapiratoni, na we acira imanza Abisirayeli.


Abudoni mwene Hileli w’ Umunyapiratoni araheza arapfa, bamuhamba i Piratoni nyene mu gihugu c’Abefurayimu, ku musozi Amaleki.


Bāmuhamvye mw ishamvu yiwe bgite i Timunati‐sera mu mugamba w’Abefurayimu, ku ruhande rw’i burārūko rw’ umusozi Gashi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ