25 na Shama w’i Harodi, na Elika w’i Harodi nyene;
Shamuhutu Umwisurahi ni we yar’ umugabisha agira gatanu wo mu kwezi kwa gatanu; ingabo zo ku rubu rwiwe zār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.
Yerubayali, ari we Gideyoni, n’abantu bose bari kumwe na we, bazinduka kare, baragenda basagaza kw iriba ry’i Harodi, kand’ Abamidiyani bari bashagaje ahahera i burārūko bgabo, ahēgeranye n’umusozi More, mu kiyaya.