2 Samweli 23:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Yishe n’Umunyegiputa mwiza w’akaranga; uwo Munyegiputa yar’ afise icumu mu minwe, ariko we amanuka iy’ ari atwaye ubuhiri; amushikura iryo cumu, ararimwicisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Yishe n’Umunyegiputa, kandi yar’ umugabo muremure cane, uburebure bgiwe bgar’ amatambge atanu y’ukuboko uciriye mu nkokora; uwo Munyegiputa yar’ afise icumu mu minwe, uruti rwaryo rwāngana n’umwaro ujishirwakw impuzu; ariko we amanuka iy’ ari atwaye ubuhiri gusa; amushikura iryo cumu, ararimwicisha.