Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 23:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Yaravugangwa mur’ abo mirongwitatu nyene, bituma agirwa umukuru wabo. Ariko rero ntiyashikīra ba bandi batatu ba mbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 23:19
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umusi ur’ izina batatu bo muri bamwe mirongwitatu b’abahizi baramanuka, baja iyo Dawidi ari muri rya senga ry’i Adulamu; hāri mu gihe c’iyimbura, kand’ igitero c’Abafilisitiya cari gishagaje ku mwonga Refayimu.


Maze ba bahizi batatu baca mu ngabo z’ Abafilisitiya, bavoma amazi mur’ iryo riba ryo kw irembo ry’i Betelehemu, barayazana, bayaha Dawidi; ariko yanka kuyanywa, ayavyagiza imbere y’Uhoraho.


Kandi Abishayi murumuna wa Yowabu umwana wa Seruwiya ni we yar’ umukuru wa bamwe mirongwitatu. Yarāgūriye icumu abantu amajana atatu, arabahindikiranya, aronka izina rya rurangiranwa mur’ abo mirongwitatu.


Kandi na Benaya mwene Yehoyada, umuntu w’umuhizi w’i Kabuseli, na we yari yarakoze ivy’ ubutōre; ni we yishe bene Ariyeli w’i Mowabu bompi; kandi yaramanutse yicira intambge mw isenga, ku musi shelegi yar’ iguye.


Uwa kabiri kuri we muri ba bahizi batatu ni Eleyazari mwene Dodayi Umwahohi. Yari kumwe na Dawidi igihe bahangāra Abafilisitiya bari bakoraniye kubarwanya. Maz’ Abisirayeli bahunze,


Yaravugangwa mur’ abo mirongwitatu nyene, ariko ntiyashikīra ba bandi batatu ba mbere. Maze Dawidi amugira umukuru w’abashibamyi biwe.


Uwabibge mw ivu ryiza ni we yumva iryo jambo, akaritahura, uwo ni we rero yama imbuto, umwe akagira ijana, uwundi mirongwitandatu, uwundi mirongwitatu, birtyo birtyo.


Izindi zigwa mw ivu ryiza, zihunda impeke, zimwe ijana, izindi mirongwitandatu, izindi mirongwitatu birtyo birtyo.


Ubgiza bg’izuba bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’ukwezi bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’inyenyeri bur’ ukwabgo: kand’ inyenyeri ntinganya ubgiza na mugenzi wayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ