2 Samweli 23:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi Abishayi murumuna wa Yowabu umwana wa Seruwiya ni we yar’ umukuru wa bamwe mirongwitatu. Yarāgūriye icumu abantu amajana atatu, arabahindikiranya, aronka izina rya rurangiranwa mur’ abo mirongwitatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |