11 Akurikirwa na Shama mwene Ageye Umuharari. Abafilisitiya bari bakoraniye i Lehi, ahār’ umurima w’inkore; nukw ingabo zihunga Abafilisitiya.
Yakobo araheza aha Esau umutsima n’ibiharage; nukw ararya aranywa, yivira hasi, arīgīra. Uko ni ko Esau yakēngereye ivyo kuba samuragwa.
na Shama w’i Harari, na Ahiyamu mwene Sharari w’i Harari nyene;
na Shamoti w’i Harori, na Helezi w’i Peloni;