2 Samweli 23:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 arahaguruka yica Abafilisitiya, ukuboko kwiwe kurateba kugwa ikinyānya, kwumira ku nkota. Uwo musi Uhoraho atanga intsinzi ikomeye; abantu baraheza bagaruka kuri Eleyazari, bazanywe no gukoba imivyimba gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |