2 Samweli 23:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Aya ni yo majambo ya Dawidi aheruka: At’ Uku ni ko Dawidi mwene Isayi avuga, Ni k’uwashizwe hejuru avuga, Uwo Imana ya Yakobo yimikishije amavuta, Umuririmvyi w’umuhinga w’ Abisirayeli; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |