Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:50 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Ni co gituma, Uhoraho, nzogushimira mu mahanga, Ndirimbe ishimwe ry’izina ryawe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:50
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami yimitse amugabira agakiza gakomeye, Agirira imbabazi umwami yimikishije amavuta, Ni Dawidi n’uruvyaro rwiwe ibihe bidashira.


Kukw imbabazi zawe ari nyinshi zigera hejuru y’ amajuru; Ukuri kwawe gushika no mu bicu.


Ni co gituma, Uhoraho, nzogushimira mu mahanga, Ndirimbe ishimwe ry’izina ryawe.


kandi ngw abanyamahanga bahimbarize Imana imbabazi zayo, nk’uko handitswe, ngo Ni co gituma nzogutazira mu mahanga, Ndirimbe izina ryawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ