Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:45 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Abanyamahanga baje banyunamira bampema; Bumvise inkuru yanje baca baranyoboka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:45
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mubgire Imana, mut’ Ereg’ ibikorwa vyawe biteye ubgoba! Ubushobozi bgawe bginshi buzotuma abansi bawe bose bakwunamira baguhema.


Abansi b’Uhoraho bakamwunamira bamuhema: Ariko ba bandi bakaramba ibihe vyose.


Kand’ umunyamahanga yifatanije n’Uhoraho yoye kuvuga, at’ Uhoraho ntazobura kuntandukanya n’abantu biwe; canke n’inkone yoye kuvuga, it’ Erega nd’ igiti cumye.


Kandi n’abanyamahanga bīfatanya nanje Uhoraho kugira ngo bankorere, bakunde izina ryanje, babe abasavyi banje, umuntu wese aziririza isabato ntayikēngēre, akabangiriza isezerano ryanje,


Na Simoni na we arizera, kand’ amaze kubatizwa yāmana na Filipo: abonye ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye vyakorwa, arūmirwa.


Yemwe Bisirayeli, murahiriwe! N’ihanga ki rihwanye namwe kuba ihanga ryarokowe n’Uhoraho, Ari we nkinzo ibakingira, ikabakiza, Ari we nkota ibubahiriza? Abansi banyu bazoza babakomere ibōbo, Namwe muzosiribanga ibitabo vyabo batavye ku mpinga z’imisozi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ