Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Intambuko zanje wazāguriye inzira, Ibirenge vyanje ntivyanyereye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:37
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abinkūramwo, anshira ahantu hāgutse: Yandokoye kuko namuhimbaye.


Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, Ūkuzigama ntazohunyiza.


Intambuko zanje zishikamye mu nzira zawe, Ibirenge vyanje ntibinyerera.


Intambuko zanje wazāguriye inzira, Ibirenge vyanje ntivyanyereye.


Unyishure uko ngutakambiye, Mana ukugororoka kwanje gukomokako. Wanshize ahagutse, aho nari nshugerejwe: Ngirira imbabazi, wumve ugusenga kwanje.


Nkivuga, nt’ Ikirenge canje kiranyereye; Imbabazi zawe, Uhoraho, zarandamiye.


Ni wagenda, ibirenge vyawe ntibizokwagirwa, Kandi ni wiruka ntuzotsitara.


Azozigama ibirenge vy’abagororotsi biwe, Arikw abanyavyaha bazohonera mu muzimagiza, Kukw inkomezi z’umuntu atari zo zimuha kunesha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ