Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Yigisha intoke zanje kurasana, Bituma amaboko yanje afora umuheto w’umuringa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:35
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Azogira ngw arahunga ibirwanishwa vy’ivyuma, Arik’ umuheto w’umuringa uzomutobekeranisha umwampi,


Uhoraho, igitandara canje, n’ashemagizwe, Yigisha amaboko yanje kurasana, N’intoke zanje kurwana:


Aca intambara gushitsa ku mpera y’isi, Avunagura imiheto, amacumu arayacagagura, Imikogote ikwegwa n’amafarasi ayiturira mu muriro.


kand’ umuheto wawe ufashe mu kubamfu nzowukubita ukoroke, n’ imyampi yawe ufashe mu kuryo ndayikororere hasi.


Dawidi yishura uwo Mufilisitiya, at’ Uje kundwanya ufise inkota n’icumu n’agakobero, ariko jewe nje kukurwanya mw izina ry’Uhoraho Nyen’ ingabo, Imana y’ingabo z’Abisirayeli wacōkōye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ