Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ni yo ihindura ibirenge vyanje nk’ivy’ impongokazi, Impagarika ku dutwe tw’ imisozi yanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:34
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ abana ba Seruwiya ukw ari batatu, Yowabu na Abishayi na Asaheli, ni ho bāri; kandi Asaheli yar’ impayamaguru nk’ingeregere yo mw ishamba.


Aya ni yo majambo ya Dawidi aheruka: At’ Uku ni ko Dawidi mwene Isayi avuga, Ni k’uwashizwe hejuru avuga, Uwo Imana ya Yakobo yimikishije amavuta, Umuririmvyi w’umuhinga w’ Abisirayeli;


uwo ni we azoba ahataramutse hejuru, ahantu hiwe ho kwikinga hazoba igihome c’ amabuye; azohabga ivyo kurya bimutunga, kandi n’amazi ntazoyabura.


nuk’ uzonnezererwa jewe Uhoraho; nanje nzoguha kugenda ujandagira ku mpinga z’ imisozi yo mu gihugu; kandi nzogutungisha ishamvu ya sogokuruza Yakobo: kukw akanwa kanje, jewe Uhoraho, ari ko kabivuze.


Uhoraho, Umwami, ni we nkomezi zanje; Ni we ahindura ibirenge vyanje nk’ivy’ impongokazi, Kand’ azompa gutambagira ku dutwe tw’imisozi yanje. Vyahawe umukuru w’abaririmvyi: bavugira inanga zanje.


Yabahaye kugenda bajandagira ku mpinga z’imisozi yo mu gihugu, Barya ivyeze vyo mu mirima; Abaha kuvotagira ubūki bgo mu bitandara, N’amavuta ya elayo ava mu rutare rukomeye;


Ibihindizo vyawe bizoba ivyuma n’imiringa, Kand’ ukw imisi yawe ingana, ni kw inkomezi zawe zizongana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ