2 Samweli 22:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 N’Imana igitandara canje; ni we nzohungirako. Ni we nkinzo yanje, n’ihembe ry’agakiza kanje, n’ umunara wanje wo guhungiramwo, n’ubgugamo bganje; Ni wewe Mukiza wanje, unkiza umuryano w’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |