Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kukw amateka yayo yose yar’ imbere yanje, Kandi sinatirimutse ngo mve mu vyagezwe vyayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:23
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Sinzotirimuka mu manza zawe ziroranye, Kukw ari wewe wanyigishije.


Ni co gituma niyumvira yukw amateka washinze yose atunganye; Kandi nanka inzira yose y’ibinyoma.


Namamaje n’iminwa yanje Imanza zose ziroranye z’ akanwa kawe.


Mpisemw’ inzira yo kuba umwizigirwa: Nashize imanza zawe ziroranye imbere yanje.


Aho nzoshirira umutima ku mabgirizwa yawe yose Ni ho ntazomāramāra.


Amabgirizwa yawe yose n’ay’ ukwizigirwa: Bampamisha ibinyoma; n’ untabare.


Bompi bāgororoka imbere y’Imana, bāgendera mu vyagezwe n’amabgirizwa vy’Umwami Imana vyose, batagawa.


Mur’ abakunzi banje, ni mwakora ivyo mbagera.


kugira ngw abone guhangama ku ngoma yiwe mu Bisirayeli, bo n’uruvyaro rwiwe; kand’ umutima wiwe woye kuzokwishira hejuru ngw akēngēre ab’i wabo, ntaz’ atirimuke ngw ave mur’ aya mabgirizwa, ngw akikamire i buryo cank’ i bumoso.


Maze ni mwumvira ayo matēka ashinzwe, mukayitondera, mukayashitsa, Uhoraho Imana yanyu azobashikiriza isezerano, abagirire imbabazi, nk’uko yarahiye ba sogokuruza;


Muze mwirinde, mwoye kwibagira Uhoraho Imana yanyu, mukareka kwitondera ivyagezwe vyiwe, n’amatēka yiwe ashinzwe, n’amabgirizwa yiwe, ivyo mbageze uyu musi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ