Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Abinkūramwo, anshira ahantu hāgutse: Yandokoye kuko namuhimbaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:20
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Avayo arunguruza, yimbisha irindi riba, ryo ntibaritonganira: aca aryita Rehoboti; aravuga, ati Noneh’ Uhoraho adushize ahiyaguye, tuzogasāra mu gihugu.


Na ho ni yambarira ngo sindamuhimbaye; ehe ndi hano: n’angire ukw agomba.


Intambuko zanje wazāguriye inzira, Ibirenge vyanje ntivyanyereye.


Yabesi atakambira Imana y’Abisirayeli, at’ Icompa ukampa umugisha, ukūngura urubibe rwanje, ukuboko kwawe kukagenda kundamira, ukandinda ivyago, singorwe! Nukw Imana imuha ivyo yasavye.


Hamwe nari mu mubabaro, nambaje Uhoraho: Uhoraho aranyitaba, anshira ahantu hāgutse.


Uhoraho anezererwa abamwubaha, Anezererwa abitega imbabazi ziwe.


Kuk’ Uhoraho ahimbarwa n’ abantu biwe: Azoshariza abaciye bugufi abambike agakiza.


Bati Yishize k’Uhoraho, n’ amukize: N’amukize kw amunezererwa.


Kandi ntiwantanze mu maboko y’umwansi; Washize ibirenge vyanje ahantu hāgutse.


Ngirira ikigongwe Uhoraho we, kuko ngowe: Ijisho ryanje rikabiranijwe n’ intuntu, bo n’ubugingo bganje n’umubiri.


Nguyu umushumba wanje, uwo nama nshigikiye, uwo natoranije, ahimbara umutima wanje: nashize Mpwemu wanje kuri we; azoshikana amateka mu banyamahanga.


Isirayeli yabaye ikiganda nk’ inka y’ishashi y’ikiganda: non’ Uhoraho yobaragira nk’umwagazi w’intama ahantu h’amaramvya?


Akivuga, haza igicu gikayangana, kibatera igitūtu; kand’ ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, akampimbara; ni mumwumve.


Yizigiye Imana, n’imukize ubu nyene ni yaba imubabaye: kuko yīgira ngo Nd’ Umwana w’Imana.


Buno rer’ ijwi riva mw ijuru, rit’ Uyu ni we Mwana wanje nkunda, akampimbara.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ