Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ankiza umwansi wanje akomeye, N’abanyanka, kuko bandusha inkomezi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:18
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi yabariye Uhoraho amajambo yo mur’ iyi ndirimbo, umusi Uhoraho yamurokoye, akamukūra mu maboko y’ abansi biwe bose, no mu ya Sauli.


Atuma ukuboko ari hejuru, aramfata, Andoba mu mazi menshi.


Bari bantanze imbere ku musi w’amagorwa yanje, Arik’ Uhoraho ni we yambereye ubgishimikizo.


Uhoraho we, haguruka: Mana yanje we, nkiza: Kuko wakubise abansi banje bose mu musaya, Wahongoye amenyo y’ababi.


Amagufa yanje yose azovuga, at’ Uhoraho, ni nde ahwanye nawe? Kuk’ ukiza umugorwa abamurusha inkomezi, Ugakiza umugorwa n’umukene ababambura.


Maz’ abansi banje bazosubizwa inyuma ku musi nzotakambako: Ivyo ndabizi, kukw Imana iri mu ruhande rwanje.


yadukijije urupfu rukomeye rurtyo, kand’ izodukiza; ni yo twizigira yukw izokwama irudukiza,


Arik’ Umwami wacu ni we yampagarikiye, arandemesha, kugira ng’ ubutumwa buvugwe nanje butagabanije, abanyamahanga bose babgumve. Nuko mva mu menyo y’intambge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ