Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maz’ agataka ko musi y’ikiyaga karaboneka, Amatanguriro y’isi aratwikururwa, Bitewe n’uguhana kw’Uhoraho, N’ugufūha kw’impwemu ziva mu mazuru yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:16
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwotsi upfunduka mu mazuru yayo, Umuriro uva mu kanwa kayo, urayigiza, Amakara afatishwa na wo.


Nkavuga, nti Garukira aha, ntuharēngāne: Nt’ Aha ni ho imipfunda yawe yīshira hejuru izogarukira?


Ikankamira Ikiyaga Gitukura, kirakama: Nukw ibacisha ahār’ i bgina nko mu bugaragwa.


Mana, n’iki catumye uduca tukaba ruhebga? N’iki gituma uburake bgawe bupfunduka nk’umwotsi, ubgo urakira intama zo mu canya cawe?


Yemwe misozi, namwe matanguriro y’isi yahamye, ni mwumve ukubūrana kw’Uhoraho; kuk’ Uhoraho afitaniye imibūrano n’abantu biwe, kand’ agira abūrane n’Abisirayeli.


Akankamira ikiyaga akagikamya, agakamya n’ inzūzi zose; Bashani na Karumeli harahondobereye, n’amashurwe y’i Lebanoni arahondobereye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ