Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Arasa imyampi yiwe, ashwiragiza abansi banje, Arekura imiravyo, abaca umuhongo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:15
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arasa imyampi yiwe, ashwiragiza abansi banje, Arekura imiravyo myinshi, abaca umuhongo.


Imyampi yawe irasongoye: Amahanga agwa bukumbi imbere yawe; Imyampi yawe iguye mu mitima y’abansi b’umwami.


Izuba n’ukwezi vyigumiye i wavyo, Kubg’ imyampi yawe yagiye ibishwārara, N’ugukayangana kw’icumu ryawe rica ibibatsi.


Maz’ Uhoraho abaca umuhongo imbere y’Abisirayeli, babicira i Gibeyoni, barabahindikiranya, babakinagiza inzira yose idūga ija i Beti‐horoni, babica ingenda gushitsa i Azeka n’i Makeda.


Samweli akirikw arosa ico kimazi, Abafilisitiya bēgereza Abisirayeli ngo bashireko, barwane. Arik’ Uhoraho kuri nya musi nyene aturikira hejuru y’ Abafilisitiya guturagara guhāmbāye, abaca umuhongo; Abisirayeli ni kwo kubanesha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ