13 Ubgiza bukayangana bur’ imbere yayo Butuma amakara yaka.
Uhoraho aturagara ari mw ijuru, Ūsumba vyose avugisha ijwi ryiwe.
Umwotsi upfunduka mu mazuru yayo, Umuriro uva mu kanwa kayo, urayigiza, Amakara afatishwa na wo.
Ishusho y’ubgiza bg’Uhoraho, Abisirayeli bayibona isa n’umuriro utōngōra, ku gatwe k’uyo musozi.