Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 22:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umwiza iwugira ihema riyisāgiriye; Isāgīrwa n’ibicu bibungenze amazi, ibicu bitwaye intunda vyo mw ijuru.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 22:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yandaza ijuru, na yo nyene iramanuka, Umwiza w’umuzitanya wari musi y’ibirenge vyayo.


Ayo majambo bayabarira Beni‐hadadi akirikw aranywa hamwe na ba bami, bari mu nsago; avyumvise, abarira ingabo ziwe, ati Ni mwikazanure! Nuko barikazanura ngo batere igisagara.


Mbega har’ uwoshobora gutahura ingen’ ibicu bikwiragira, Canke ngw atahure imituragaro iva mw ihema ry’ Imana?


Kuko ku musi w’amagorwa azonzigama akampisha mw ihema ryiwe, Mu bgigobeko bgo mw ihema ryiwe ni ho azompisha; Azonshira hejuru, ampagarike ku gitandara.


Ibicu n’umwiza biramukikije: Ukugororoka n’imanza zibereye ni vyo ingoma yiwe ihagazeko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ