Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 abagabura mu maboko y’ab’i Gibeyoni; babamanika ku musozi imbere y’ Uhoraho; bose ukw ar indwi bagwa hamwe, bicwa mw ishuza ry’ igenya, batanguye kugenya sayiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:9
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ni muduhe abantu ndwi mu bahungu biwe, tubamanike imbere y’Uhoraho i Gibeya, ahāri kwa Sauli uwo Uhoraho yatoranije. Umwami arabishura, ati Nzobabaha.


Nuko binjiza iyo sandugu y’Uhoraho, bayishira aho yagerewe hagati mw ihema Dawidi yari yarayishingiye. Dawidi araheza atangira imbere y’Uhoraho ibimazi vyoswa n’ivy’ ishimwe.


Dawidi yishura Mikali, at’ Uhoraho ni we nariko ndiyereka, kandi ni we yantoranije kuruta so n’ab’ inzu yiwe bose, akangira segaba w’abantu biwe b’Abisirayeli. Ni co kizotuma niyereka Uhoraho.


ntuz’ uvyikubite imbere, ntuz’ ubisabe, kuko jewe Uhoraho Imana yawe nd’ Imana ifuha, mpōra abana ibigabitanyo vya ba se, nkageza ku runganwe rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,


(Kandi hāpfuye ivyitwa pishita na sayiri; kuko sayiri zar’ umuyange, na pishita zari zishuritse.


Arikw ingano na kusemeti ntivyapfuye, kuko vyari bikir’ ikinyovu.)


Uhoraho abarira Mose, ati Jana n’abakuru bose baganza abantu, umanike abakoze ivyo imbere yanje, ubānikire ku zuba, kugira ng’ uburake bganje bg’inkazi buve ku Bisirayeli.


Umuntu ni yakora icaha gikwiye kumwicisha, bakamwica, mukamumanika ku giti;


Uko ni ko Nawomi yagarukanye na Rusi Umunyamowabukazi umukazana wiwe, bavuye mu gihugu c’i Mowabu: bashika i Betelehemu mw itangura ry’igenya rya sayiri.


Maze Samweli aramubgira, ati Nk’ukw inkota yawe yagira abagore imbura, ni ko na nyoko abaye imbura mu bandi bagore. Nuko Samweli amuhimbagurira imbere y’Uhoraho i Gilugali.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ