Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nuk’ umwami afata abahungu babiri ba Risipa umukobga wa Aya, yavyaranye na Sauli, Arumoni na Mefibosheti, bo n’abahungu batanu ba Merabu umukobga wa Sauli, yavyaranye na Aduriyeli mwene Baruzilayi Umumeholati;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:8
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Sauli yar’ afise incoreke yari yaragize umugore, yitwa Risipa, umukobga wa Aya; bukeye Ishibosheti abaza Abuneri, ati N’iki catumye winjirana muka data?


na Yehu mwene Nimushi na we uz’ umurobanuze amavuta, az’ abe umwami w’Abisirayeli; kandi na Elisa mwene Shafati w’i Abeli‐mehola uz’ umurobanuze amavuta, az’ abe ūvugishwa mu gishingo cawe.


Abahungu ba Sauli bāri Yonatani na Ishivi na Malikishuwa, kand’ abakobga biwe bompi, umukuru yari Merabu, umutoyi yari Mikali.


Arikw igihe Merabu uwo mukobga wa Sauli yar’ akwiye gushingirwa Dawidi, bamuha Aduriyeli Umumeholati, aramurongora.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ