2 Samweli 21:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Babgira umwami, bat’ Umuntu yaturanduye, akaturonderera inama yo kutugeseza, kugira ngo ntitugire uburagamo mu gihugu cose c’ Abisirayeli, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maz’ ayo mayinga ukw ari mirongwitandatu n’abiri ni yashira, Mesiya azokūrwaho, kandi nta wuzomusubirira mu gishingo. Maze segaba wundi azoza, abantu biwe bazosangangura igisagara n’ahantu hēra; arikw iherezo ryiwe azotembanwa n’umuvo; kand’ intambara zizorinda zishitsa no kw iherezo; ubugesera bgashinzwe ko buzotera.