Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ab’i Gibeyoni baramwishura, bat’ Ico tugomba kuri Sauli n’ab’ inzu yiwe s’ifeza cank’ izahabu, kandi mu Bisirayeli nta muntu n’umwe tugomba kwica. Na we aravuga, at’ Ico muvuga ni co mbakorera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aramubaza, ati None nokugerera iki? Yakobo aramwishura, ati Nta co nkwātse: ndemeye gukomeza kukuragirira umukuku wawe no kuwuzigama, ni wemera kunkorera kino:


Kandi ntimuze mwemere ivyo gucungura umwicanyi yar’ akwiye gupfa: aze yicwe nta kabuza.


Kandi ntimuze mwemere ivyo gucungura uwahungiye mu gisagara c’ubuhungiro, ngw asubire kwībēra i wabo mu gihugu, umuherezi atarapfa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ