Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Abo bose ukw ari bane bar’ abo mu Barefa b’i Gati; bicwa na Dawidi n’abantu biwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:22
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Ishubi‐benobu, umwe wo mu bana b’Abarefa, yagomba kwica Dawidi; kand’ icumu ryiwe ryar’ iry’ umuringa ririvye shekeli amajana atatu, yari yambaye n’inkota nsha.


Maz’ acokoye Abisirayeli, Yonatani mwene Shimeyi, umuhungwabo wa Dawidi, aramwica.


Abo bar’ abo mu Barefa b’i Gati; bicwa na Dawidi n’abantu biwe.


Imana izodukoresha ivy’ ubuhizi, Kukw ari yo izosiribanga abarwanizi bacu.


Mu mahema y’abagororotsi har’ ijwi ry’impundu n’iry’ agakiza: Ukuboko kw’i buryo kw’ Uhoraho gukora ivy’ ubuhizi.


Imana izodukoresha ivy’ ubuhizi, Kukw ari yo izosiribanga abarwanizi bacu.


Ndasubīra, nitegereza musi y’izuba, yuko mu gusiganwa, impayamaguru atari zo zisiga abandi, kandi mu ntambara kw abanyenkomezi atari bo batsinda, kandi n’abanyabgenge kw atari bo baronka indya, kand’ abakerebutse kw atari bo baronka itunga, kand’ abahanga kw atari bo batona; arikw ibihe n’ibiza ku muntu bipfa kubazako bose.


Uku ni k’Uhoraho agize, at’ Umunyabgenge yoye kwirata ubgenge bgiwe, cank’ umunyenkomezi ngo yirate inkomezi ziwe, cank’ umutunzi ngo yirate ubutunzi bgiwe;


Ko bimeze birtyo, tuvuge iki? Bisanzwe Imana iri mu ruhande rwacu, uwoturwanya ni nde?


Ariko mur’ ivyo vyose turushishwaho kunesha n’uwadukunze.


None rero n’umpe uriya musozi Uhoraho yavuze wa musi. Ico gihe wumvise kw ar’ah’ Abanaki, kandi ko bahafise ibisagara binini‐binini bizitijwe inzitiro z’amabuye; kumbure Uhoraho azoba kumwe nanje, ndabaneshe nk’uko yambariye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ