Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Bukeye hongera kuba intambara i Gati, kandi hariy’ umuntu muremure w’ikigambati, yar’ afise indegeya ku ntoke no ku mano: intoke n’amano vyose na vyose vyari mirongwibiri na bine; kandi na we yar’ umwe wo mu Barefa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:20
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Ishubi‐benobu, umwe wo mu bana b’Abarefa, yagomba kwica Dawidi; kand’ icumu ryiwe ryar’ iry’ umuringa ririvye shekeli amajana atatu, yari yambaye n’inkota nsha.


Hanyuma y’ivyo hongera kuba intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Goba. Sibekayi Umuhushati yica Safu, umwe wo mu Barefa.


Maz’ acokoye Abisirayeli, Yonatani mwene Shimeyi, umuhungwabo wa Dawidi, aramwica.


Bukeye hongera kuba intambara i Gati, kandi hariy’ umuntu muremure w’ikigambati, intoke ziwe n’amano vyose na vyose vyari mirongwibiri na bine, kuko yar’ afise indegeya ku ntoke no ku mano; kandi na we yar’ umwe wo mu Barefa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ