Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Maz’ umwami ahamagaza ab’i Gibeyoni, arabibabgira. (Kand’ ab’i Gibeyoni ntibār’ abo mu Bisirayeli, ariko bār’ abandurutse ku masigarira y’ Abamori; kandi nah’ Abisirayeli bari barasezeranye na bo kubareka, ariko Sauli yari yagomvye kubahonnya, abitewe n’ishaka yagirira Abisirayeli n’Abayuda.)

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:2
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ abuzukururuza b’abazojayo ni bo bazogaruka ino: kuko kugabitanya kw’ Abamori kutaruzura.


Maz’ uburake bg’Uhoraho bgongera kuziriringira Abisirayeli; asunika Dawidi ngw abakwegere, ati Genda uharūre Abisirayeli n’Abayuda.


Aramubarira, ati Ngo tujane, urābe ishaka mfitiye Uhoraho. Nukw amujana mu mukogote wiwe.


Ariko Yehu ntiyababara kugendera mu vyagezwe vy’Uhoraho Imana y’Abisirayeli n’umutima wiwe wose; ntiyava mu vyaha vya Yerobowamu, ivyo yakoze akabikwegeramwo n’Abisirayeli.


kandi Kanani ni we yakomōtsweko n’Abayebusi n’Abamori n’Abagirugashi,


Bazobaca mu masinagogi, kand’ igihe kigiye kuza, ūzobīca wese azogira ngw agiriye Imana ikimazi.


Ndabashingira intahe yuko bafise ishaka ry’Imana, ariko si mu buryo bg’ubgenge.


Ba bandi babagirira ishaka mu buryo butari bgiza; arikw ico bagomba n’ukubazigira hanze, kugira ngo namwe mubagirire ishaka.


Nuko muze murandure amahanga yose Uhoraho Imana yanyu azogabura mu maboko yanyu ata kagongwe; ntimuze musabe imana zabo, kukw ivyo vyobabera umutego.


Sauli aramwishura, ati Ni wagenda udapfuye ga Yonatani, Imana ibimpanire, mbere birushirije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ