Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Maze hasubira kuba iyindi ntambara yo kurwana n’ Abafilisitiya aho nyene i Goba. Eluhanani mwene Yare‐oregimu w’i Betelehemu yica Goliyati Umunyegati, uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’umwaro ujishirwakw impuzu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:19
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Asaheli murumuna wa Yowabu yar’ umwe muri bamwe mirongwitatu, hamwe na Eluhanani mwene Dodo w’i Betelehemu,


Kand’ abahizi bo mu ngabo ziwe bar’ aba: Asaheli murumuna wa Yowabu, na Eluhanani mwene Dodo w’i Betelehemu;


Maze hasubira kuba iyindi ntambara yo kurwana n’Abafilisitiya nyene; Eluhanani mwene Yayiri yica Lahumi murumuna wa Goliyati Umunyegati, uruti rw’icumu ryiwe rwangana n’umwaro ujishirwakw impuzu.


Maz’ Uhoraho abaza Samweli, at’ Uzogeza hehe kuririra Sauli, kandi namaze kwanka kw aba umwami w’Abisirayeli? Uzuza ihembe ryawe amavuta, uheze uze ngutume kuri Isayi w’i Betelehemu, kuko nironkeye umwami mu bahungu biwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ