Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 21:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Hanyuma y’ivyo hongera kuba intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Goba. Sibekayi Umuhushati yica Safu, umwe wo mu Barefa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 21:18
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Ishubi‐benobu, umwe wo mu bana b’Abarefa, yagomba kwica Dawidi; kand’ icumu ryiwe ryar’ iry’ umuringa ririvye shekeli amajana atatu, yari yambaye n’inkota nsha.


Bukeye hongera kuba intambara i Gati, kandi hariy’ umuntu muremure w’ikigambati, yar’ afise indegeya ku ntoke no ku mano: intoke n’amano vyose na vyose vyari mirongwibiri na bine; kandi na we yar’ umwe wo mu Barefa.


Abo bose ukw ari bane bar’ abo mu Barefa b’i Gati; bicwa na Dawidi n’abantu biwe.


na Sibekayi w’i Hushati, na Ilayi w’i Ahohi;


Sibekayi Umuhushati wo mu ba Zerahi, ni we yar’ umugabisha agira umunani wo mu kwezi kw’umunani; ingabo zo ku rubu rwiwe zār’ ibihumbi mirongwibiri na bine.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ