2 Samweli 21:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Nuko bahamba ayo magufa ya Sauli na Yonatani umuhungu wiwe i Sela mu gihugu c’Ababenyamini, mu mva ya Kishi se wa Sauli; nuko bashitsa ivy’ umwami yababariye vyose. Hanyuma y’ivyo Imana ibona guhangaza ico gihugu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |