Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Bashitse ku gitandara kinini c’i Gibeyoni, Amasa aza kubasanganira; kandi Yowabu yari yambaye imyambaro y’intambara, ayikenyeje umukanda urikw inkota iri mu rwubati, yenena kw itako ryiwe; yīgīye imbere, iruvamw’ irakoroka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu umwana wa Seruwiya na we, n’abantu ba Dawidi, baragenda bahūrira na bo ku kidengeri c’i Gibeyoni; nuko baricara, bamwe hakurya y’ ico kidengeri, abandi hakuno.


Uko ni ko Yowabu na Abishayi murumuna we bishe Abuneri, kuko yari yatsinze murumuna wabo mu ntambara y’i Gibeyoni.


Yohana uyo, imyambaro yiwe yar’ iy’ ubgoya bg’ingamiya, yayikenyeza umukanda w’urusato mu rukenyerero; indya ziwe zar’ inzige n’ubūki bgo mw ishamba.


Maze Ehudi yicurishiriza intambi; uburebure bgayo bgar’ itambge rimwe ry’ukuboko uciriye mu nkokora; ayambara kw itako ry’i buryo, ayirenzakw impuzu ziwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ