2 Samweli 20:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nuk’ umwami Dawidi ashitse i we i Yerusalemu, ajana za ncoreke ziwe yagize abagore ukw ar’ icumi, abo yari yasigaranye urugo; abashira mu nzu, abaha ababarinda; abatungiraho, ariko ntiyasubira kubarārira. Nuko baguma ngaho barindwa, barinda bapfa bameze nk’abapfakazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |