Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Adoramu na we yagaba ivy’ ikori; Yehoshafati mwene Ahiludi ni we yar’ umwanditsi w’ivyaja biraba;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:24
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Yowabu umwana wa Seruwiya ni we yar’ umugabisha w’ingabo, Yehoshafati mwene Ahiludi ni we yar’ umwanditsi w’ivyaja biraba;


Bukeye umwami Rehobowamu arungika Adoramu, ari we yagaba ivy’ abanyabikebere; Abisirayeli bose bamutera amabuye, arapfa. Umwami Rehobowamu avyumvise, aca arakwakwanya yūrira mu mukogote wiwe, ahungira i Yerusalemu.


Elihorefu na Ahiya bene Shisha bar’ abakarani; Yehoshafati mwene Ahiludi ni we yar’ umwanditsi w’ ivyaja biraba;


Ahishari yar’ umubgiriza wo mu rugo; Adoniramu mwene Abuda ni we yagaba ivy’ abanyabikebere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ