Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Yowabu aramwishura, ati Biragahera! Biragahera ko hogira ico noyongobeza canke nogeseza!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:20
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Amasa ntiyagira ico yibaza ku nkota Yowabu yar’ afise mu ntoke; nuko Yowabu ayimuzibura ku nda, amara yiwe asēseka hasi, ntiyarinda kugereka ubga kabiri; nukw arapfa. Maze Yowabu na Abishayi murumuna we bakomeza guhīga Sheba mwene Bikuri.


Jewe nd’umwe mu bakunda ivy’ amahoro kandi b’abizigirwa mu Bisirayeli; ariko wewe urondera kugeseza igisagara, ari co muvyeyi mu Bisirayeli. N’iki gituma ugomba kuyongobeza ishamvu y’Uhoraho?


Si ko biri; ariko harih’ umuntu wo mu mugamba w’Abefurayimu yitwa Sheba mwene Bikuri, yagararije umwami Dawidi; mube ari we mutanga wenyene, mbone kubavira ku gisagara. Nya mugore yishura Yowabu, ati Nuko rero, umutwe wiwe turawurenza uruzitiro tuwugushiburire.


Aravuga, at’ Ewe Uhoraho, biragahera ko nokora ntyo! Ndābe nnywe amaraso y’abantu bahevye amagara yabo? Ni co catumye yanka kuyanywa. Ivyo ni vyo vyakozwe na ba bandi batatu b’ abahizi.


Rāba, umugisha wabo si bo bawizigamiye: Inama y’abanyakibi iba kure yanje.


Yamara yujuje inzu zabo ivyiza: Inama z’abanyakibi zikaba kure yayo.


Ūpfukapfuka ibigabitanyo vyiwe ntazoronka umugisha, Arik’ ūvyihana akabireka azogirirwa ikigongwe.


Umutima uribesha kuruta ibindi vyose, urwaye indwara itavūrwa: ni nde yowumenya?


Maz’ uwo agomvye kwiyerekana nk’ūgororotse, abaza Yesu, ati Mbega mugenzanje ni nde?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ