Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Aravuga, ati Kera bākunda kuvuga, bati Ni bagīshe inama i Abeli; kandi rero vyaca bihera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:18
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko yigira hafi y’ah’ ari; nya mugore aramubaza, ati Ni wewe Yowabu? Na we at’ Ego me ni jewe. Aramubarira, ati Ni wumve amajambo yanje, jewe incoreke yawe; na we at’ Ego me ndumva.


Jewe nd’umwe mu bakunda ivy’ amahoro kandi b’abizigirwa mu Bisirayeli; ariko wewe urondera kugeseza igisagara, ari co muvyeyi mu Bisirayeli. N’iki gituma ugomba kuyongobeza ishamvu y’Uhoraho?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ