Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Nuko yigira hafi y’ah’ ari; nya mugore aramubaza, ati Ni wewe Yowabu? Na we at’ Ego me ni jewe. Aramubarira, ati Ni wumve amajambo yanje, jewe incoreke yawe; na we at’ Ego me ndumva.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ uno mugore aramubarira, ati Mwami wanje nyen’ ingoma, zirikana ico nkubarira, jewe incoreke yawe. Na we ati Nuko mbarira.


Maz’ umugore w’umunyabgenge wo mur’ ico gisagara ashira ijwi hejuru, aravuga, ati Ni mwumvirize, yemwe ni mwumvirize! Ndabinginze, mumbaririre Yowabu, mut’ Igira hino, ico akubarira.


Aravuga, ati Kera bākunda kuvuga, bati Ni bagīshe inama i Abeli; kandi rero vyaca bihera.


yitembagaza imbere y’ ibirenge vyiwe, aramubarira, ati Mwami wanje, ico caha abe ari jewe kijako; ndakwinginze, jewe umuja wawe zirikana ico nkubarira, utegēre amajambo yanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ