2 Samweli 20:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Maz’ umugore w’umunyabgenge wo mur’ ico gisagara ashira ijwi hejuru, aravuga, ati Ni mwumvirize, yemwe ni mwumvirize! Ndabinginze, mumbaririre Yowabu, mut’ Igira hino, ico akubarira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |