Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Maz’ ingabo zose zari kuri Yowabu ziraza, zimusāgiririza i Abeli nyene h’i Beti‐mayaka, barunda ikirundo kur’ ico gisagara co kwūririrako, cegamiye uruzitiro rwaco; basita urwo ruzitiro kugira ngo baruhomvore.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:15
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Sheba anyuragira mu miryango yose y’Abisirayeli, ashika i Abeli h’i Beti‐mayaka; maz’ Ababeriti bose barakorakorana, bamukurikirayo.


Nuko Beni‐hadadi yemerera umwami Asa, agomora abagabisha b’ingabo ziwe ngo baje gutera ibisagara vy’Abisirayeli; nuko batsinda Iyoni n’i Dani n’i Abeli‐beti‐mayaka n’i Kinereti hose n’igihugu cose c’i Bunafutali.


Kandi ku ngoma ya Peka umwami w’Abisirayeli, Tigulati‐pileseri umwami w’i Ashuri araza, atera ahitwa Iyoni n’i Abeli‐beti‐mayaka, n’i Yanowa n’i Kedeshi, n’i Hasori n’i Gileyadi, n’i Galilaya n’igihugu cose c’i Nafutali; abantu baho abajana i Ashuri ar’ inyagano.


Uti Ni co gitumye Uhoraho avuga ivy’ umwami w’i Ashuri, ati Ntazoruha agera mur’ iki gisagara, canke ngw aharase n’umwampi, canke ngw ahatumbereze n’inkinzo, canke ngw aharunde ikirundo co kwūririrako.


hābaye igisagara gitoya kirimw’ abantu bake; maze haza umwami ahambaye aragitera, arakiziguza, akirundira ibigunguzi binini bigikikije:


Uti Ni co gitumye Uhoraho avuga ivy’ umwami w’i Ashuri, ati Ntazoruha agera mur’ iki gisagara, canke ngw aharase n’umwampi, canke ngw ahatumbereze n’inkinzo, canke ngw aharunde ikirundo co kwūririrako.


Eh’ ibirundo barundiye kwūririrako ngo baneshe igisagara birashitse: igisagara gitanzwe mu maboko y’Abakaludaya bagiteye, kubg’ inkota n’inzara n’ikīza. Ivyo wavuze birashitse, nawe urik’ uravyibonera.


Kuk’ ukw ari ko mvuze, jewe Uhoraho, Imana y’Abisirayeli, ku vy’amazu yo mur’ iki gisagara, no ku vy’ingoro z’umwami w’i Buyuda, vyasambuwe ngo bavyubakishe aho kwikingiriza ngo barwanye abitwaje inkota būrira ku birundo kubatera,


Kuk’ ukw ari k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ati Ni mwicire ibiti, murundire Yerusalemu ikigunguzi co kwūririrako: ico gisagara gikwiye kūzirwa; nta kindi kiri muri co atar’ agahahazo.


maz’ ukiziguze, wubake ibihome vyo kuhatera, ukirundire ibigunguzi vyo kwūririrako, ugisagazeko n’ insago, ugikikizeko hirya no hino ibiti vy’imigogo vyo kugihomvora.


Kukw imisi izokuzako, ah’ abansi bawe bazokurundira ikirundo c’ivu kigukikije, na bo ubgabo bakagukikiza, bakakwugariza impande zose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ