Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 20:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Umwe mu ngabo za Yowabu ahagarara hejuru ya Amasa, aravuga, at’ Ūkunda Yowabu, kand’ ūherereye ku ruhande rwa Dawidi, n’ akurikire Yowabu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 20:11
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Amasa yari hagati mu nzira arambaraye mu maraso yiwe, arikw arasāmba; maz’ uwo muntu abonye kw abantu bose bahashika bakarundana, aterura Amasa, amukūra mu nzira, amurambika hirya mu murima, amworosa impuzu; kuko yabonye k’uwamushikako wese yaca ahagarara.


Nukw amaze gukūrwa mu nzira, abantu bose baca bakomeza inzira bakurikira Yowabu, baja guhīga Sheba mwene Bikuri.


Si ko biri; ariko harih’ umuntu wo mu mugamba w’Abefurayimu yitwa Sheba mwene Bikuri, yagararije umwami Dawidi; mube ari we mutanga wenyene, mbone kubavira ku gisagara. Nya mugore yishura Yowabu, ati Nuko rero, umutwe wiwe turawurenza uruzitiro tuwugushiburire.


Maz’ umwami abarira Amasa, ati Nkoraniriza Abayuda hano mu misi itatu itarenze, kandi nawe uz’ ubeho.


Yehu yunamura amaso arangamiza mw idirisha, aravuga, ati Ni nde aherereye ku ruhande rwanje? Yoba nde? Nukw abantu b’inkone nka babiri canke batatu baramurunguruka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ