Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Arikw ingabo za Dawidi zari zishe abantu amajana atatu na mirongwitandatu mu Babenyamini no mu ngabo za Abuneri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:31
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu na we arahindukira, areka gukurikirana Abuneri; amaze gukoranya ingabo zose za Dawidi, asanga habuzemw’ abantu cumi n’icenda bo na Asaheli.


Nuko baterura Asaheli, baramujana bamuhamba i Betelehemu mu mva ya se. Yowabu n’ingabo ziwe baraheza bagenda ijoro ryose; buca bashitse i Heburoni.


Nuko haba intambara kumara igihe kirekire hagati y’ab’ inzu ya Sauli n’ab’ iya Dawidi; Dawidi agenda arushiriza kuba agahambaye, arikw ab’ inzu ya Sauli bo bagenda bashira inkomezi.


Umwami w’Abisirayeli arabishura, ati Mumubgire, mut’ Ūcambara ibirwanishwa aja kurwana, muti Ntaze yihaye nk’ūvyambura avuye kunesha!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ