Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Yowabu na we arahindukira, areka gukurikirana Abuneri; amaze gukoranya ingabo zose za Dawidi, asanga habuzemw’ abantu cumi n’icenda bo na Asaheli.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:30
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Abuneri n’ingabo ziwe bakesha iryo joro bajanye ikiyaya Araba; bajabuka Yorodani, bajana i Bitironi hose, bararuha bashika i Mahanayimu.


Arikw ingabo za Dawidi zari zishe abantu amajana atatu na mirongwitandatu mu Babenyamini no mu ngabo za Abuneri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ