Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Adūgana n’abantu biwe, umuntu wese n’abo mu rugo rwiwe; bimukira mu bisagara vy’i Heburoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iki ni co gitigiri c’imice y’ingabo zaje gushengerera Dawidi i Heburoni zitwaje ibirwanishwa, ngo zimusubize ku ngoma ya Sauli, nk’ukw ijambo ry’Uhoraho ryavuze.


Kand’ umuntu wese yari mu magorwa, n’ūrin’umwenda, n’ūgendana imyidogo bakoranira kuri we, aba umukuru wabo; nukw abo bantu bāri kumwe na we bāri nk’amajana ane.


Nuko Dawidi n’ingabo ziwe bashika i Sikulagi ku musi ugira gatatu, basanga Abamaleki bateye igihugu c’i bumanuko n’i Sikulagi, basanga i Sikulagi bāhanesheje, bāhaturiye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ